Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 14:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Amaze gusezera abantu, aca aduga ku musozi wenyene aja gusenga, maze burira akiri ngaho wenyene.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Ahejeje gusezera ishengero, adūga umusozi gusenga yiherereye. Bgagorovye ariyo ari wenyene gusa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 14:23
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma Yesu ajana n’abigishwa biwe ahantu hitwa Getsemane, arababwira ati: “Nimube muricaye ngaha nje harya gusenga.”


Ariko, wewe ugomvye gusenga, winjire mu cumba cawe, wugare umuryango, hanyuma usenge. So wo mw’ijuru, we abona ivyo mw’ibanga, azobiguhembera.


Mu gitondo ca kare butaraca, Yesu aravyuka, arasohoka aja gusengera mu ahantu hiherereye.


Ahejeje kubasezera, aca aduga ku musozi gusenga.


Mu gihe abantu bose bariko barabatizwa, Yesu na we yabatijwe hamwe na bo. Ariko arasenga, ijuru riruguruka,


Ariko Yesu yama aja ahantu hiherereye mu bugaragwa gusenga.


Umusi umwe Yesu aduga ku musozi, akesha ijoro ryose asenga Imana.


Umusi umwe Yesu yariko arasenga yiherereye, ari kumwe n’abigishwa biwe. Arababaza ati: “Mbega abantu bavuga ko ndi nde?”


Haheze nk’imisi umunani Yesu ababwiye ivyo, ahitana Petero, Yohana na Yakobo, baduga ku musozi gusenga.


hanyuma natwe duheze twiyegurire igikorwa co gusenga no kwigisha Ijambo ry’Imana.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ