Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 14:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Abariye bari abagabo ibihumbi bitanu, udashizemwo abagore n’abana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Kand’ abāriye bār’ abagabo nk’ibihumbi bitanu, ukūyemw’ abagore n’abana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 14:21
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bose bararya kandi barahaga. Hanyuma abigishwa begeranya ibiseke cumi na bibiri vyuzuye utumanyu twasigaye.


Ubwo nyene Yesu abwira abigishwa biwe ngo baje mu bwato babe baragenda bamwitangire imbere mu kujabuka, na we asigare arasezera abantu.


Yesu aravuga ati: “Nimubicarike.” Aho hantu hari ubwatsi bwinshi. Nuko ba bantu baricara (abagabo bonyene bashika ibihumbi bitanu).


Nta n’umwe yagira ico akeheje muri bo, kuko abari bafise amatongo canke amazu, babigurisha bakazana amahera vyaguzwe,


Ariko benshi mu bumvise ubutumwa barizeye, igitigiri c’abizera kirongerekana gushika hafi ibihumbi bitanu.


Imana izobaha ivyo mukeneye vyose nk’uko ubutunzi bw’ubwiza bwayo butangaje buri muri Kristo Yesu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ