Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 14:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Bose bararya kandi barahaga. Hanyuma abigishwa begeranya ibiseke cumi na bibiri vyuzuye utumanyu twasigaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Bararya bose, barahāga. Batororokanya utumanyagu tw’imisigazwa twuzura ibisimbo cumi na bibiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 14:20
21 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abariye bari abagabo ibihumbi bitanu, udashizemwo abagore n’abana.


Abigishwa biwe baramubaza bati: “None twokura hehe ivyokurya bikwiye abantu bangana gutya muri kano gahinga?”


Harahiriwe abafise inzara n’inyota vyo kugororoka, kuko bazohazwa.


Yahagije ivyiza abashonje, yirukana abatunzi bagenda imbokoboko.


Bose bararya kandi barahaga. Hanyuma Abigishwa begeranya ibiseke cumi na bibiri vyuzuye utumanyu twasigaye.


Filipo aramwishura ati: “Naho tworonka idenariyo amajana abiri, ntitwokuramwo ivyokurya bikwiye n’umutamiro w’umwe umwe.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ