Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 14:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 aca abwira abagendanyi biwe ati: “Uwo ni Yohana Umubatizi yazutse mu bapfuye! Ni co gituma afise ubushobozi bwo gukora ibitangaza.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Abgira abagendanyi biwe, at’ Uwo ni Yohana Umubatizi yazutse mu bāpfuye; ni co gituma ivyo bitangaza bikorera muri we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 14:2
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ndababwire ukuri, mu bantu bose bavyawe n’abagore, nta wigeze kubaho ahambaye kungana Yohana Umubatizi. Ariko, umuntu muto kuruta abandi mu Bwami bw’ijuru arahambaye kumuruta.


Baramwishura bati: “Bamwe bavuga ngo uri Yohana Umubatizi; abandi ngo uri Eliya, abandi na bo ngo uri Yeremiya canke umwe mu bandi bavugishwa.”


Haciye igihe haza Yohana Umubatizi, yigishiriza mu bugaragwa bw’i Yudaya,


Muri iyo misi, Umwami Herode Antipa yumva inkuru za Yesu kuko yari yamaze kumenyekana cane. Bamwe bavuga bati: “Yohana Umubatizi yazutse, ni co gituma afise ubushobozi bwo gukora ibitangaza.”


Baramwishura bati: “Bamwe bavuga ko uri Yohana Umubatizi; abandi ngo uri Eliya; hariho n’abavuga ko uri umwe mu bavugishwa n’Imana.”


Herode Antipa avyumvise arazazanirwa, kuko hariho abavuga ngo Yohana Umubatizi yazutse mu bapfuye,


Abantu benshi baza aho ari, baravuga bati: “Naho Yohana ata gitangaza yakoze, ivyo yavuze vyose kuri uwu muntu vyari ukuri.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ