Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 14:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Baramwishura bati: “Aha dufise imikate itanu n’ifi zibiri gusa.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Baramwishura, bati Nta vyo dufise hano atar’ udutsima dutanu n’udufi tubiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 14:17
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arabishura ati: “Ntibikenewe ko bagenda. Ba ari mwebwe mubagaburira.”


Mbega n’ubu ntimuratahura? Ntimwibuka ya mikate itanu yagaburiwe abantu ibihumbi bitanu, na vya biseke mwegeranya.


Arabishura ati: “Nimubagaburire mwebwe nyene.” Na bo baramubwira bati: “Erega dufise imikate itanu n’ifi zibiri gusa. None ushaka ko tuja gusuma ibikwiye isinzi ry’abantu nk’iri.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ