Matayo 14:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Bugorovye, abigishwa biwe baza aho ari bamubwira bati: “Aha hantu turi ni mu gahinga kandi buriko burira. Rungika aba bantu bagende mu mihana bigurire ivyo barya.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Bugorovye, abigishwa baramwēgēra, bati Mbega hano hantu kw ari mu gahinga, kandi bukaba buriko burīra: sezera abantu baje mu mihana kwirondereray’ ivyo kurya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |