Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 14:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Yesu amaze kuvyumva, aca ava ngaho agenda n’ubwato, aja ahantu hiherereye. Ariko abantu bamenye iyo agiye, bava mu bisagara bagenda n’amaguru baramukurikira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Yesu avyumvise, arahava, agenda mu bgato, aja ahantu h’agahinga kwiherērayo. Ishengero rivyumvise, riva mu bisagara, rimukurikira rijanye inkōkoro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 14:13
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nibabahama mu gisagara kimwe, muze muhungire mu kindi. Ndababwira ukuri ko mutazoheza kugendagenda mu bisagara vyose vya Isirayeli Umwana w’Umuntu ataraza.


Yesu abimenye aca ava ngaho, maze abantu benshi baramukurikira hanyuma akiza abarwaye bose bari muri bo,


Abigishwa ba Yohana baraza batora ikiziga ciwe baja kugihamba, hanyuma baragenda babwira Yesu ivyabaye.


Mu gitondo ca kare butaraca, Yesu aravyuka, arasohoka aja gusengera mu ahantu hiherereye.


Bukeye mu gitondo, Yesu aja mu kibanza ciherereye. Abantu baja kumurondera, babonye aho ari, baramugobera ngo ntasubire kuvana na bo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ