Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 14:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Abigishwa ba Yohana baraza batora ikiziga ciwe baja kugihamba, hanyuma baragenda babwira Yesu ivyabaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Abigishwa biwe baraza, bajana ikiziga, baragihamba, maze baja kubikira Yesu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 14:12
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

awuzana kw’isiniya, awuha wa mukobwa, na we awushira nyina.


Yesu amaze kuvyumva, aca ava ngaho agenda n’ubwato, aja ahantu hiherereye. Ariko abantu bamenye iyo agiye, bava mu bisagara bagenda n’amaguru baramukurikira.


Abigishwa ba Yohana bavyumvise baraza batora ikiziga ciwe baja kugihamba.


Abantu bubaha Imana baraza bahamba Sitefano, baramugandarira cane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ