11 awuzana kw’isiniya, awuha wa mukobwa, na we awushira nyina.
11 Bazana umutwe ku kibehe, bawuha wa mwigeme, awushīra nyina.
Nuko arungika umuntu asanga Yohana umubatizi mw’ibohero, amuca umutwe,
Abigishwa ba Yohana baraza batora ikiziga ciwe baja kugihamba, hanyuma baragenda babwira Yesu ivyabaye.
Uwo mukobwa amaze kwoshwa na nyina wiwe, abwira Herode ati: “Ndasavye umpere kuri iyi sahani umutwe wa Yohana Umubatizi.”
Basheshe amaraso y’abera bawe n’abavugishwa bawe, none ubahaye amaraso ngo banywe. Ni yo mpera bakwiriye.”
Kandi narabona ko uwo mugore yari aborewe n’amaraso y’abera, amaraso y’abashingiye intahe Yesu. Ndamubonye ndatangara cane.