Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 13:58 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

58 Aho hantu Yesu ahakorera ibitangaza bike kuko abantu baho ata kwizera bari bafise.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

58 Kandi nta bitangaza vyinshi yahakoreye, kubg’ ukutizera kwabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 13:58
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze ivyiwe birabatsitaza, bituma batamwizera. Yesu arababwira ati: “Uwuvugishwa n’Imana arubahwa hose kiretse iwabo no mu muryango wiwe.”


Muri ico gihe, Herode Antipa yumva amakuru ya Yesu;


Ukwo ni ukuri. Ariko wibuke ko ayo mashami yaciwe kubera ukutizera, kandi nawe uhagumijwe n’ukwizera. Rero, ntiwishime ahubwo utinye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ