56 Bashikiwe bose ntitubana? None ivyo vyose yabikuye hehe?”
56 Bashiki biwe ntibar’i wacu bose? Non’ ivyo vyose yabikūye hehe?
Maze ivyiwe birabatsitaza, bituma batamwizera. Yesu arababwira ati: “Uwuvugishwa n’Imana arubahwa hose kiretse iwabo no mu muryango wiwe.”
Mbega uwu si wa mubaji, nyina si Mariya, abo bavukana si Yakobo, Yosefu, Yuda na Simoni? Bashiki biwe si ababanyi bacu?” Maze ivyo birabatsitaza, bituma batamwizera.