Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 13:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

49 Uko ni ko bizogenda ku muhero w’isi. Abamarayika bazosobanura abanyakibi mu bagororotsi,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 Uko ni ko bizoba ku muhero w’isi. Abamarayika bazoza, barobanure ababi mu bagororotsi,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 13:49
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwansi yabivye urwamfu ni Satani. Iyimbura ni umuhero w’isi; abimbuzi ni abamarayika.


Nk’uko begeranya urwamfu kugira ngo baruturire, ni ko bizomera ku muhero w’isi.


Rumaze kwuzura, abarovyi barukwegera i musozi, baricara batoranya ifi nziza bazishira mu masandugu, mbi na zo barazita.


Azotuma abamarayika biwe bavuze inzamba isamirane cane, hanyuma begeranye abatoranijwe biwe bose bo mw’isi, kuva aho ijuru ritangurira gushika aho riherera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ