Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 13:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Hanyuma Yesu asiga abantu ngaho, yinjira mu nzu. Abigishwa biwe baza aho ari, bamubwira bati: “Dusigurire umugani w’urwamfu mu murima.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Maz’ asezera ishengero, yinjira mu nzu. Abigishwa biwe baza kuri we, bati Dusobanurire umugani w’urwamfu rwo mu ndimiro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 13:36
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo musi nyene, Yesu arasohoka ava mu nzu, aja ku nkengera y’ikiyaga, yicaraho.


Yesu arabishura ati: “Ni mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’ijuru, ariko bo ntibabihawe.


Nimwumvirize ico umugani w’umubivyi usigura:


Mw’ijoro, abantu bose bamaze gusinzira, umwansi wiwe araza abiba urwamfu muri bwa buro hanyuma arigira.


Ubwo nyene Yesu abwira abigishwa biwe ngo baje mu bwato babe baragenda bamwitangire imbere mu kujabuka, na we asigare arasezera abantu.


Yesu amaze gusezera abantu, afata ubwato, aja mu ntara ya Magadani.


Ashitse mu nzu, za mpumyi ziramwegera; hanyuma arazibaza ati: “Murizeye ko nobahumura?” Ziti: “Egome Mwami, turavyizeye.”


Nta kintu na kimwe yabigishije adakoresheje imigani. Ariko asigaranye n’abigishwa biwe bonyene, yaca abasigurira vyose.


Hanyuma y’ivyo, Yesu abwira abigishwa biwe ngo baje mu bwato babe baragenda bamwitangire imbere mu kujabuka i Betesayida; na we asigare arasezera abantu.


Yesu amaze kuva aho abantu bari akaja mu nzu, abigishwa biwe bamusaba ngo abasigurire uwo mugani.


Abari aho bashika ibihumbi bine. Bahejeje gufungura, Yesu aca arabarungika barataha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ