Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 13:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Ivyo vyose Yesu yabibwira abantu mu migani; nta kintu na kimwe yababwira adakoresheje imigani.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Ivyo vyose Yesu yabibgiye ishengero mu migani, nta co yababgiye atabaciriye umugani.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 13:34
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni co gituma ndabigishiriza mu migani: Kugira ngo n’aho boraba ntibabone; n’aho bokwumviriza ntibumve canke ngo batahure.


Maze abigisha vyinshi mu migani, avuga ati: “Umubivyi yagiye kubiba imbuto ziwe.


Ivyo Yesu yabibabwiye mu mugani, kandi abamwumviriza ntibashoboye gutahura ico ashatse kuvuga.


Ibi ndabibabwiye mu migani, ariko igihe kiraje aho ntazosubira kubigishiriza mu migani, ariko nzobabwira ivya Data ndabitomoye.


Maze abigishwa biwe baramubaza bati: “Ubu rero uriko uvuga udakoresheje imigani.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ