Matayo 13:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Naho ari gatoya kurusha izindi mbuto zose, iyo kameze karakura, kakaruta ibindi biterwa vyose vyo mw’itongo, maze kagahinduka igiti kinini, ku buryo n’inyoni zo mu kirere ziza zikarika mu mashami yaco.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Kandi ni kanzinya hanyuma y’imbuto zose, arikw iyo gakuze kaba kanini kakaruta ibirimwa vyose, kakaba igiti. Maz’ inyoni zo mu kirere zikaza zikārika mu mashami yaco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |