Matayo 13:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Reka vyose bikurane kugeza umusi wo kwimbura. Ico gihe nzobwira abimbuzi babanze begeranye urwamfu barutekere mu mikama hanyuma baruturire, maze uburo babwimburire mu kigega canje.’ ” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Mureke bikurane vyompi gushitsa mw igenya. Maze mu gihe c’igenya nzobgira abagenyi, nti Mubanze mutororokanye urwamfu, muruhambire imikama, muruturire; arik’ uburo mubgimburire mu kigega canje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |