Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 13:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Arabishura ati: ‘Oya, kuko mu kurandura urwamfu mwohava murandurana n’uburo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 At’ Oyaye, kuko kumbure mu kurandura urwamfu mworandurana n’uburo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 13:29
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mw’ijoro, abantu bose bamaze gusinzira, umwansi wiwe araza abiba urwamfu muri bwa buro hanyuma arigira.


Arabishura ati: ‘Umwansi ni we yakoze ivyo.’ Baca baramubaza bati: ‘None urashaka ko tuja kururandura?’


Reka vyose bikurane kugeza umusi wo kwimbura. Ico gihe nzobwira abimbuzi babanze begeranye urwamfu barutekere mu mikama hanyuma baruturire, maze uburo babwimburire mu kigega canje.’ ”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ