Matayo 13:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Arabishura ati: ‘Umwansi ni we yakoze ivyo.’ Baca baramubaza bati: ‘None urashaka ko tuja kururandura?’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Na we ati N’umuntu w’umwansi yagize artyo. Ba bashumba baramubaza, bati Non’ uragomba ko tugenda kurutororokanya? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |