26 Uburo bumaze gukura, no kuyangika, urwamfu na rwo rutangura kwibonekeza.
26 Bumaze gusēsa no kuyangika, urwamfu ruca ruraboneka.
Mw’ijoro, abantu bose bamaze gusinzira, umwansi wiwe araza abiba urwamfu muri bwa buro hanyuma arigira.
Abakozi ba nyene umurima baraza baramubaza bati: ‘Nyakwubahwa, mbega ntiwari wabivye imbuto nziza; none uru rwamfu rwavuye hehe?’