Matayo 13:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Yesu abacira uwundi mugani ati: “Ubwami bw’ijuru bugereranywa n’umuntu yabivye imbuto nziza y’uburo mu murima wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Abacira uwundi mugani, at’ Ubgami bgo mw ijuru busa n’umuntu yabivye imbuto nziza mu ndimiro yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |