Matayo 13:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Ariko kubera ko iryo jambo ritagira imizi miremire muri bo, bamara umwanya muto bizeye. Iyo baciye mu vyago canke mu guhamwa bazira kwizera iryo Jambo ry’Imana, baca bata ukwizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 ariko ntagira imizi muri we, ahagarara umwanya muto; iyo yadutsweko n’amarushwa bo n’akadenderezo azira iryo jambo, bica bimutsitaza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |