Matayo 13:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ubwo nyene abantu benshi baca baza aho ari, na we aca atambukira mu bwato abwicaramwo; abantu na bo bahagarara ku musenyi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Ishengero ryinshi rikoranira kuri we, bimutera gutambukira mu bgato, yicaramwo; ishengero ryose rihagarara i musozi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |