Matayo 13:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Iyo umuntu yumvise ubutumwa bw’Ubwami, hanyuma ntabutahure, wa mubi aca aza akarandura icari cabibwe mu mutima wiwe. Izo ni zo mbuto zabibwe i ruhande y’inzira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Uwumva wese ijambo ry’ubgami ntarimenye, wa Mubi araza, agasahura ikibibge mu mutima wiwe. Uwo ni we yabibge i ruhande y’inzira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |