Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 13:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Kuko ndababwire ukuri, abavugishwa n’Imana n’abagororotsi benshi baripfuje kubona ivyo muriko murabona ariko ntibabibona, no kwumva ivyo muriko murumva, ntibavyumva.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Ndababgira ukuri yukw abavugishwa n’Imana benshi n’abagororotsi benshi bāhahamiye kubona ivyo mubona, ntibābibona, no kwumva ivyo mwumva, ntibāvyumva.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 13:17
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze arahindukira, abwira abigishwa biwe bonyene ati: “Harahiriwe amaso abona ivyo muriko murabona.


Kuko ndababwira ko abavugishwa n’Imana n’abami benshi bipfuje kubona ivyo muriko murabona ntibabibona, bipfuza no kwumva ivyo muriko murumva, ntibavyumva.”


Sokuruza wanyu Aburahamu yari yiteganye umunezero umusi wo kuza kwanje; yarawubonye kandi yaranezerewe.”


Aba bantu bose bapfuye bacizeye ivyo Imana yasezeranye. Ntibaronse ivyo basezeraniwe, ariko barabibona biri kure bakabinezerererwa; bakemera ko ari abanyamahanga n’ingenzi kw’isi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ