Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 13:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Ivyo bishitsa kuri bo ivyo Yesaya yavugishijwe, aho yavuga ati: ‘Kwumva muzokwama mwumva, ariko ntimuzokwigera mutahura; kuraba muzokwama muraba ariko ntimuzokwigera mubona.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Kand’ ivyo uwavugishwa n’Imana Yesaya yavuze, bibashitseko, ngo Kwumva muzokwumva, ariko ntimuzoruha mubitahura; Kurāba muzorāba, ariko ntimuzoruha muvyihweza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 13:14
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kugira ngo, ‘naho boraba, ntibabone, naho bokwumviriza ntibatahure; kugira ngo ntibagaruke ku Mana na yo ngo ibababarire.’ ”


Na we ababwira ati: “Ni mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’Imana. Ariko ku bandi nkoresha imigani kugira ngo, ‘naho boraba ntibabone, kandi naho bokwumviriza ntibatahure.’


Ariko rero si abantu bose bemera kwakira Ubutumwa Bwiza, kuko Yesaya yavugishijwe ngo: “Mwami ni nde yizeye Ubutumwa Bwiza twavuze?”


Ariko ubwenge bwabo bwarimwo umwiza, kuko gushika n’ubu ico gitambara kibagumako iyo basoma ivy’isezerano rya kera. Nticigeze kibakurwako, kuko muri Kristo ari ho gikurirwaho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ