Matayo 13:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Yesu arabishura ati: “Ni mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’ijuru, ariko bo ntibabihawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Arabishura, ati Mwebge mwahawe kumenya amabanga y’ubgami bgo mw ijuru, ariko bo ntibābihawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |