Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 12:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Canke mbega ntimurasoma mu vyagezwe ingene abaherezi batubahiriza umusi w’Isabato, iyo bariko barakora ibikorwa vyabo vyo mu rusengero kandi ntibagirizwe icaha?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Canke nta ho murasoma mu vyagezwe ingene kw isabato abaherezi, iyo bari mu rusengero, bazirura isabato, ntibabekw igicumuro?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 12:5
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yinjiye mu nzu y’Imana, arya imikate yashikaniwe Imana; yongera ahako n’abari kumwe na we; kandi abaherezi ari bo bonyene bari bemerewe kuyirya.


Ariko ndababwire, hano hari uwurengeye urusengero!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ