Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 12:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

49 Nuko atunga urutoke abigishwa biwe, aravuga ati: “Aba ni bo mama kandi ni bo bavukanyi banje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 Atunga urutoke abigishwa biwe, ati Ngaba mama na bene mama.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 12:49
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu na we aramwishura ati: “Mbega mama ni nde kandi bene mama ni ba nde?”


Kuko uwukora ivyo Data wo mw’ijuru ashaka wese ni we mwene mama, kandi ni we mama.”


Nuko rero, nimugende mwihuta mubwire abigishwa biwe ko yazutse kandi ko agiye kubarindirira i Galilaya. Ni ho muzomubonera. Ubwo ni bwo butumwa nari ndabafitiye.”


Nuko yeraguza mu bari bamukikije, avuga ati: “Aba ni bo mama kandi ni bo bene mama.


Sinsengeye aba gusa. Ariko ndasengeye n’abandi bose bazokwizera biciye ku butumwa bw’aba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ