Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 12:48 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

48 Yesu na we aramwishura ati: “Mbega mama ni nde kandi bene mama ni ba nde?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

48 Yishura uno abimubgiye, ati Mama ni nde? Canke bene mama ni ba nde?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 12:48
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuntu wese akunda se canke nyina akabandutisha ntankwiriye; uwukunda umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe akamundutisha uwo na we nyene ntankwiriye.


Umuntu umwe araza aramubwira ati: “Nyoko na bene nyoko bahagaze hanze, bashaka kuvugana nawe.”


Nuko atunga urutoke abigishwa biwe, aravuga ati: “Aba ni bo mama kandi ni bo bavukanyi banje.


Yesu aramubaza ati: “Mbega mwandonderera iki? Ntimwari muzi ko ntegerezwa kuba mu nzu kwa Data?”


Nuko Yesu abandanya akura mu gihagararo, agwiza ubwenge, kandi agira ikiganza ciza ku Mana no ku bantu.


Ni co gituma uhereye ubu ata we tuciyumvirako twisunze ubwenge bw’abantu. Naho kera Kristo twamwiyumvira twisunze ubwenge bw’abantu, ubu si ko bikiri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ