Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 12:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

47 Umuntu umwe araza aramubwira ati: “Nyoko na bene nyoko bahagaze hanze, bashaka kuvugana nawe.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

47 Umwe aramubgira, at’ Ereg’ umuvyeyi wawe na barumuna bawe bahagaze hanze, baragomba ko mubonana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 12:47
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu akiriko aravugana n’abantu isinzi bari aho, nyina na bene nyina baraza bahagarara hanze, bashaka kuvugana na we.


Yesu na we aramwishura ati: “Mbega mama ni nde kandi bene mama ni ba nde?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ