Matayo 12:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe46 Yesu akiriko aravugana n’abantu isinzi bari aho, nyina na bene nyina baraza bahagarara hanze, bashaka kuvugana na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)46 Akivugana n’ishengero, nyina na bene nyina bāri bahagaze hanze, bagomba kubonana na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |