Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 12:43 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

43 Iyo impwemu ihumanye ivuye mu muntu, ica igenda iyerera mu bugaragwa irondera aho yoruhukira. Ihabuze,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Impwemu ihumanye iy’ ivuye mu muntu, ica ahatagira amazi, irondera uburuhukiro, ikabubura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 12:43
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ica ivuga iti: ‘Reka nisubirire muri ya nzu nahoramwo.’ Ishitse, iraheza igasanga iyo nzu ata kiyibamwo, isukuye kandi itunganije neza.


Bamubonye, abo badayimoni baca barasemerera bati: “Uturonderako iki ga Mwana w’Imana? Uje kutubabaza kandi igihe cacu kitaragera?”


Na Simoni na we arabatizwa, akurikira Filipo aho yaja hose, atangarira ibimenyetso n’ibitangaza Filipo yakora.


Mwame mugavye. Wa mwansi wanyu, ari we Satani, azunguruka hirya no hino aroha nk’intambwe, arondera uwo yorotsa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ