Matayo 12:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 Ku musi wo guca imanza, umwamikazi w’i Sheba azohaguruka yagirize abantu ba kino gihe kandi abatsindishe, kuko yahagurutse akava ku mpera z’isi aje kwumviriza amajambo y’ubwenge ya Salomo; ariko raba uwuruta Salomo ari hano. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 Umugabekazi w’igihugu c’i bumanuko azovana hasi n’ab’ iki gihe ku musi w’amateka, abatsindishe: kuko yavanywe ku mpera y’isi no kwumva ubgenge bga Salomo; kandi rāba, ūruta Salomo ari hano. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |