Matayo 12:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Arabishura ati: “Abantu ba kino gihe babi kandi b’abasambanyi ni bo basaba ikimenyetso! Ariko nta kindi kimenyetso bazohabwa kiretse ikimenyetso c’uwavugishwa n’Imana Yona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Arabishura, at’ Ab’ urunganwe rubi rw’ubumaka barondera ikimenyetso; kandi nta kimenyetso bazohabga, atar’ ikimenyetso c’uwavugishwa n’Imana Yona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |