Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 12:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Hanyuma bamwe mu Bafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe baramubwira bati: “Mwigisha, dushaka ko uduha ikimenyetso cerekana ububasha bwawe.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Abafarisayo n’abanyabgenge b’ivyanditswe bamwe baramubgira, bati Mwigisha, turagomba kurāba ikimenyetso ukora.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 12:38
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Amajambo yawe ni yo azotuma utsinda canke utsindwa n’urubanza.”


Abandi na bo bagerageza gutega imitego Yesu mu kumusaba ikimenyetso kivuye mw’ijuru.


Abantu bamaze kumwegera ari benshi, Yesu ababwira ati: “Abantu ba kino gihe ni babi. Basaba ikimenyetso, ariko nta kindi kimenyetso bazohabwa kiretse ica Yona.


Abayuda baramubaza bati: “Ni ikihe gitangaza wokora cotwereka ububasha ufise bwo gukora ibi?”


Yesu aramubwira ati: “Mbega ntimushobora kwizera mutabonye ibimenyetso n’ibitangaza?”


Baramubwira bati: “Mbega nta gitangaza wokora kugira ngo tukibone hanyuma twizere? Ni ikihe wokora?


Abayuda bashaka kubona ibimenyetso, Abagiriki na bo bakarondera kubitahurisha ubwenge bwabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ