Matayo 12:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Umuntu mwiza akura ivyiza mu bubiko bwiza bw’umutima wiwe, umubi na we agakura ibibi mu bubiko bubi bw’umutima wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Umunyangeso nziza akūra ivyiza mw itunga ryiwe ryiza; umunyangeso mbi akūra ibibi mw itunga ryiwe ribi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |