Matayo 12:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Igiti iyo ari ciza n’ivyamwa vyaco biba vyiza, kandi igiti iyo ari kibi n’ivyamwa vyaco biba bibi; kuko igiti cose kimenyekanira ku vyamwa vyaco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Ni mube muvuga igiti kw ari ciza n’ivyo camye kw ari vyiza, canke mube muvuga igiti kw ari kibi n’ivyo camye kw ari bibi; kukw igiti kimenyekanira ku vyo camye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |