Matayo 12:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 “Ng’uwu umukozi wanje natoranije, uwo nkunda kandi umutima wanje unezerererwa. Nzomushirako Mpwemu wanje, na we azomenyesha amahanga ivy’ubutungane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 ngo Nguyu umushumba wanje natoranije, Nkunda, ahimbara umutima wanje; Nzoshira Mpwemu wanje kuri we, Azomenyesha abanyamahanga amateka azocibga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |