Matayo 12:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Hanyuma aca abwira wa muntu ati: “Gorora ukuboko kwawe.” Akugoroye guca kurakira neza kumera nk’ukundi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Maz’ abgira uwo muntu, ati Ramvura ukuboko kwawe. Arakuramvura, kurakira, gukomera nk’ukundi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |