Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 12:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Namwe murazi neza ko umuntu afise agaciro karengeye ak’intama! Ni co gituma vyemewe gukora iciza ku musi w’Isabato.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Mbega non’ umuntu ntaruta intama cane? None rero birēmerwa gukora ivyiza kw isabato.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 12:12
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mweho rero, ntimugire ubwoba; kuko musumvya agaciro utunyoni twinshi.


Nimwitegereze inyoni zo mu kirere: ntizibiba, ntizimbura kandi nta co zegeraniriza mu bigega; ariko So wo mw’ijuru arazigaburira! None mwebwe ntimuziruta cane?


Arababaza ati: “Mbega ni igiki cemewe gukorwa ku musi w’Isabato: Gukora iciza canke gukora ikibi? Gukiza umuntu canke kumwaka ubugingo?” Ntihagira uwumwishura.


Nimwitegereze ibikona: ntibibiba kandi ntivyimbura, ntibigira n’ububiko canke ibigega, ariko Imana irabigaburira. None mwebwe ntimuruta cane inyoni?


Umusi umwe, hari kw’Isabato, Yesu aja kuzimanwa mu nzu y’umwe mu bakuru b’Abafarisayo, kandi abari ngaho bose bari bamuhanze amaso, bamugenza.


Maze Yesu arababaza ati: “Mbega ni igiki cemewe gukorwa ku musi w’Isabato? Gukora iciza canke gukora ikibi? Gukiza ubuzima bw’umuntu, canke kubwica?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ