Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 12:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Na we arabishura ati: “Muri mwebwe uwoba afise intama imwe hanyuma ikagwa mu kinogo ku musi w’Isabato, ntiyoyikurayo? Nzi neza ko yoyikurayo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Arabishura, ati Ni nde muri mwebge yoba afise intama imwe ikagwa mu cobo kw isabato, ntayifate ngw ayikūreyo?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 12:11
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma y’ivyo Yesu aragenda aca mu mirima y’ingano kandi hari ku musi w’Isabato. Abigishwa biwe bari bashonje, baca batangura guca imitwe y’ingano zeze, barazivungura, bakuramwo intete barazirya.


Aca ababaza ati: “Ni nde muri mwebwe yoba afise umwana akagwa mu kinogo ntamukureyo, canke inka yiwe ikagwayo ntayikureyo, ngo ni uko ari ku musi w’Isabato?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ