Matayo 11:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Abigishwa ba Yohana bamaze kugenda, Yesu atangura kubwira abantu ivyerekeye Yohana, ati: “Mbega mwagiye kuraba iki mu bugaragwa? Irenga rizungagizwa n’umuyaga? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Abo bagiye, Yesu atangura kubgira ishengero ivya Yohana, ati Mwagiye mu bugaragwa kurāba iki? Mbega n’irenga rihungabanywa n’umuyaga? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |