Matayo 11:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Mwakire umutwaro wanje hanyuma munyigireko kuko ndi umugwaneza kandi nicishije bugufi mu mutima, namwe muzoronka uburuhukiro bw’imitima yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 mwikoreze ingata yanje, munyigireko; kuko nd’ umugwaneza, niyoroheje mu mutima; namwe muzoronka uburuhukiro bg’imitima yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |