Matayo 11:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Data yaranyizigiye anzeza vyose. Nta n’umwe azi Umwana atari Data, kandi nta n’umwe azi Data atari Umwana, n’uwo Umwana ahisemwo kumuhishurira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Vyose nabihawe na Data, kandi nta wuzi Umwana, atari Data, na Data, nta wumuzi, atar’ Umwana, n’uwo Umwana agomba kumuhishurira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |