Matayo 11:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Uwo mwanya Yesu aravuga ati: “Ndagushima Data, Mwami w’ijuru n’isi, kuko ivyo wabihishije abigira abanyabwenge n’abahinga, ukabihishurira abameze nk’abana bato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Mur’ ico gihe Yesu aravuga, ati Ndaguhimbaza, Data, Mwami w’ijuru n’isi, kukw ivyo wabihishije abanyabgenge n’abahanga, ukabihishurira inzoya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |