Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 11:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Mbega abantu ba kino gihe nobagereranya n’iki? Bameze nk’abana bicaye mu mayirabiri hanyuma bagahamagara abandi bana, bati:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Arikw ab’uru runganwe ndabagereranye n’iki? Basa n’abana bicaye mu tuguriro, bahamagara bagenzi babo,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 11:16
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

‘Twabavugirije umwironge, ariko ntimwatamba; hanyuma tubaririmbira iz’ikigandaro ntimwarira.’


Mwa bana b’inzoka mwe, mbega mwovuga ivyiza mute kandi muri babi? Erega ivyuzuye mu mutima ni vyo akanwa kavuga.


Ndababwira ukuri ko ingaruka z’ivyo vyose zizoba ku bantu ba kino gihe.


Bakunda kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro y’abantu, bagakunda ko babita Rabi risobanurwa ngo Mwigisha.


Ndababwire ukuri, abo muri runo rungamwe ntibazopfa bose ivyo vyose bitarashika.


Akiriko arigisha, Yesu avuga ati: “Mwirinde abigisha b’ivyagezwe. Bakunda kugendagenda bambaye amakanzu maremare y’icubahiro, no kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro y’abantu.


Yesu yongera kuvuga ati: “Mbega Ubwami bw’Imana twobugereranya n’iki? Twokoresha uwuhe mugani mu kubusigura?


Muzobona ibara mwebwe Abafarisayo, kuko mukunda ivyicaro vy’icubahiro mu masinagogi no kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro.


Nuko Yesu aravuga ati: “Mbega Ubwami bw’Imana bumeze nk’iki? Nobugereranya n’iki?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ