Matayo 11:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Uhereye igihe Yohana umubatizi yatangura kwigisha kugeza n’ubu, Ubwami bw’ijuru bugenda bugwanigwa kandi abahizi ni bo bwabwinjiramwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Uhereye mu gihe ca Yohana Umubatizi ugashitsa n’ubu barabandanira ubgami bgo mw ijuru, ababandana babunyakurisha ubuhizi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |