Matayo 11:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ndababwire ukuri, mu bantu bose bavyawe n’abagore, nta wigeze kubaho ahambaye kungana Yohana Umubatizi. Ariko, umuntu muto kuruta abandi mu Bwami bw’ijuru arahambaye kumuruta. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ndababgire ukuri: Mu bāvyawe n’abagore ntihigeze kuboneka umuntu aruta Yohana Umubatizi. Arik’ umutoya mu bgami bgo mw ijuru aramuruta. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |