Matayo 10:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Abo cumi na babiri Yesu arabarungika, ababwiye ati: “Ntimuje mu Banyamahanga canke ngo mwinjire mu bisagara vy’i Samariya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Abo cumi na babiri Yesu arabatuma ababarira, ati Ntimuze mujane inzira ija mu banyamahanga, canke mu bisagara vy’Abasamariya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |