Matayo 10:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Ariko umuntu wese azonyihakana imbere y’abantu, nanje nzomwihakana imbere ya Data wo mw’ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Arik’ umuntu wese azonyihakanira imbere y’abantu, nanje nzomwihakanira imbere ya Data wo mw ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |